Muri Uganda abashingamateka babiri bari bamaze amezi 17 mw'ibohero barekuwe. Amerika yafashe abandi babiri bagirizwa kwica perezida wa Haiti Jovenel Moise. Amerika yiteze ko Uburusiya buzovyifatamwo neza ku Burusiya ibihe vy'ubukanye birangiye.
Ibyiciro
-
25-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
24-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
23-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
22-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
21-05-2025
Amakuru mu Gitondo
-
20-05-2025
Amakuru mu Gitondo