Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Mu kiganiro Murisanga, turagaruka ku kibazo c’umutekano muke cabaye ndanse mu buseruko bwa Repblika ya demokrasi ya Kongo. Abatumire ni Abanyekongo bakomoka muri iyo ntara. Baja kuvuga ahanini ukuntu babona ikibazo c’umutekano muke n’ubwicanyi bubera mu ntara yabo y’amavukiro.

XS
SM
MD
LG