Uko wahagera

Mu Burundi Abantu 200 Banduye Covid 19


Ibikoresho bipima Covid 19
Ibikoresho bipima Covid 19

Abantu barenga 200 ni bo bamaze kwandura Covid-19 mu Burundi kuva ku musi wa mbere w'iyi ndwi.

Abagwayi benshi bari mu mashure y'indaro yo mu ntara ya Bururi mu bumanuko bw'igihugu. Iyo ngwara isubiye kwibonekeza inyuma y’aho urwego rw'igihugu rujejwe kuyigwanya rumenyeshereje ko ibitigiri vy'abandura vyagabanutse ku rugero rushimimishije.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Eloge Willy Kaneza abishikiriza ido n’ido muri ino nkuru mushobora kumva mu ijwi rw’iwe.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:03 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG