Abantu 15 Barishwe na ADF mu buseruko bwa RDC. Mu Rwanda mu karere ka Rubavu akwagwi k’abasuma kagavye igitero mu banyagihugu karwana n’inzego z’umutekano. Reta zunze ubumwe za Amerika zemereye Somaliya Imfashanyo y'imiliyoni 41 z'amadolari Ubudagi bwanse kuzorungika muri Ukraine indege z'intambara.
Ibyiciro
-
28-03-2024
Amakuru mu Gitondo
-
27-03-2024
Amakuru mu Gitondo
-
26-03-2024
Amakuru mu Gitondo
-
25-03-2024
Amakuru mu Gitondo
-
24-03-2024
Amakuru mu Gitondo
-
23-03-2024
Amakuru mu Gitondo