Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Guhiganirwa umugabane wa Afrika vyasubiye gufata intera hagati y’ibihugu vy’ibihangange. Abaserukira ivyo bihugu nka Reta zunze ubumwe za Amerika, Ubushinwa n’Uburusiya bariko bagendera muri ibi bihe umugabane wa Afrika aho bariko barondera gukomeza kurushiriza imigenderanire na wo.

XS
SM
MD
LG