Urukiko rwa hano i Washington, DC muri Amerika rwatesheje agaciro ikirego umunyapolitiki Paul Rusesabagina n’abo mu muryango we bareze leta y’u Rwanda na perezida Paul Kagame. Mali yasavye Ubufaransa gutahukana abasirikare babwo. Abimukira 95 batabawe ku nkengera za Libiya.
Ibyiciro
-
28-03-2023
Amakuru mu Gitondo
-
27-03-2023
Amakuru mu Gitondo
-
26-03-2023
Amakuru mu Gitondo
-
25-03-2023
Amakuru mu Gitondo
-
24-03-2023
Amakuru mu Gitondo
-
23-03-2023
Amakuru mu Gitondo