Umushikiranganji w’ikigega wa Reta zunze ubumwe za Amerika yavuze ko ari ngombwa gutorera inyishu ikibazo c’imyenda ya Zambiya. Reta ya Kenya iremanga ko yishe inyoni zimaze imisi zihonya ibiterwa. Muri Nijeriya ingendo z’indege zahagaze kubera imyiyerekano y’abakozi bo ku bibuga vy’indege.
Ibyiciro
-
20-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
19-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
18-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
17-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
16-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
13-03-2026Amakuru ku Mugoroba