Muri Murisanga y’uno munsi, turaganira ku kiyaga Tanganyika, kimwe mu biyaga binini kurusha ibindi biri mu karere ko muri Afrika yo hagati, ariko bisa nuko ata musasuro uboneka abanyagihugu bo muri ako karere bagikuriko.