Mu Burundi, urukiko rukuru rwa Mukaza i Bujumbura rwakatiye umukenyezi wabaga mu Rwanda Floriane Irangabiye gufungwa imyaka icumi. Aregwa gukorana n’inyeshyamba. Umukuru w’igihugu cya Ukraine, Volodymyr Zelenskyy, avuga ko yiteguye ibindi bitero bikomeye by’Uburusiya.
Ibyiciro
-
31-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
28-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
27-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
26-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
25-03-2025Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2025Amakuru ku Mugoroba