Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Umwaka mushasha banywanyi b'Ijwi ry'Amerika. Mbega mwahimbaje gute umwaka mushasha wa 2023? Mwiteze iki kuri Radiyo yanyu? Muri Murisanga ya mbere y'umwaka, turabaha akanya ko kubandanya mwifurizanya umwaka mushasha, kutubwira uko muriko murawutangura n’ico mutwitezeko. Murisanga.

XS
SM
MD
LG