Uko wahagera

Katari: Ubufaransa Bwaronse Itike yo Kuja muri Finale


Abakinyi b'Ubufaransa inyuma yo gutsinga Maroke
Abakinyi b'Ubufaransa inyuma yo gutsinga Maroke

Hasigaye imisi itatu gusa kugira hazomenyekane igihugu kizotahukana igikombe muri za nkino z’umupira w’amaguru ziriko zibare amuri Katari.

Bizoba ari ibicika hagati y’Ubufaransa bwaraye buronse itike yo kuja mu rukino rwa nyuma, inyuma yo gutsinda Maroke ibitsindo bibiri ku busa ejo kuwa gatatu.

Urukino rwa nyuma rwo ku musi w’Imana, Ubufaransa buzohura na Argentine yatsinze Crowasiya ku musi wa kabiri ibitsindo bitatu ku busa.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG