Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika baheruka gukoranira I Washington DC mu nama nkuru yabahuje na prezida w'Amerika. Abagwizatunga b’Abarundi n’abanyamahanga baganiriye ku kuntu bokorana mu bikorwa bashira mu Burundi. Turayaga na bamwe mu Barundi baba mu mahanga bari bitavye iyo nama.

XS
SM
MD
LG