Umuhari w'inyeshamba wa ADF urwanira cane cane mu ntara ya Ituri mu burasirazuba bwa Kongo urimwo abagwanyi baturuka mu gihugu c'Uburundi.
Benshi muri bo ni abakenyezi batwawe babwirwa ko baroye mu masengesho y'Aba islamu mu nyuma bisanga bagizwe abagwanyi. Ijwi ry'Amerika ryavuganye na bamwe muri abo bakenyezi bakuwe mu vyara vy'uwo murwi Amerika na ONU bifata nk'uw'iterabwoba
Fyonda hasi wumve ibindi muri iyi nkuru ya Eloge Willy Kaneza akorera Ijwi ry'Amerika.
Facebook Forum