Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:56 0:00

Inyambaro y'umwigeme Lauria Claudine Nzirumbanje yaserukiye Uburundi mu mahiganwa ya Miss Earth 2022 ariko abera muri Filipine yavugishije benshi ku mbuga ngurukana bumenyi. Muri Murisanga y'uno munsi, twabatumiriye umwe mu batunganya amahiganwa y'ubwiza mu Burundi.

XS
SM
MD
LG