Prezida w'Uburundi kuwa Gatatu yatangaje ko urwego rw’abikorera ku giti cyabo rugiye kwitabwaho. Abitwaje ibirwanisho muri Kongo bagiye gufatikanya na Reta kurwanya umutwe wa M23 mu burasirazuba bw'igihugu. Abishwe na Ebola muri Uganda bageze ku 48. Uburusiya na Ukraine bahererekanije imfungwa.
Ibyiciro
-
26-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
25-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
24-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
23-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
22-07-2024
Amakuru ku Mugoroba
-
19-07-2024
Amakuru ku Mugoroba