Mu Burundi, minisitiri w’intebe, Gervais Ndirakobuca, yatangarije abayobozi banyuranye, barimo n’ab’intara, impungenge za leta ku bibazo by’imbuto n’ifumbire mvaruganda. Impunzi z’Abarundi barenga 600 bo mu nkambi y'Agateganyo ya Mongemonge bimuriwe mu nkambi ya Mulongwe Iri muri Kongo.
Ibyiciro
-
27-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
26-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
25-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
24-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
21-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
20-03-2025
Amakuru ku Mugoroba