Abategetsi ba Uganda mu karere ka Kisoro batanguye gusenya amazu yari yubakiwe kwakira impunzi z’Abanyekongo ku kigo c’impunzi c’agateganyo ca Nyakabande. Prezida w'Uburusiya, Vladimir Putin, yatangaje ko atari ngombwa kubandanya kurasa misile z'urufaya muri Ukraine.
Ibyiciro
-
13-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
12-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
11-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
10-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
09-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
06-03-2026Amakuru ku Mugoroba