Ingeso yo gushurashuza abanyeshure iravurwa mu mashure amwe amwe mu Burundi. Ivyo bigakorwa n’abitwa ko ari abarezi bataye ibanga bagahendesha abanyeshure b’abigeme amanota. Nivyo tugiye kuganirako mu kiganiro Murisanga c'uyu musi. Kaze!