Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi Alain Guillaume Bunyoni yakombowe mu mabanga yiwe. Inama nshingamateka yemeje ijana kw'ijana Gervais Ndirakobuca nk'umushikiranganji wa mbere. I Kigali hakoraniye inama igamije kwiga ku iterambere ry'ubuhinzi no kwihaza mu biribwa ku mugabane w'Afurika.
Ibifitanye isano
Ibyiciro
-
22-01-2026Iwanyu mu ntara
-
21-01-2026Iwanyu mu ntara
-
20-01-2026Iwanyu mu ntara
-
19-01-2026Iwanyu mu ntara
-
16-01-2026Iwanyu mu ntara
-
15-01-2026Iwanyu mu ntara