Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:58 0:00

Mu kiganiro Murisanga c’uyu musi, turagaruka ku kibazo co kwibagisha mu ntumbero yo gukosora ubumuga, kuvura ingwara canke gukosora ingorane umuntu aba yaravukanye canke aronka amaze kuvuka. Turavuga no ku kibazo co kwibagisha kugira umuntu agwanye ubusaza canke kugira ase ukuntu yipfuza.

XS
SM
MD
LG