Uko wahagera

Rwanda: Inama Nyafurika Isaba Abategetsi Gukingira Amashyamba n'Ibinyabuzima


Ishyamba rya Nyungwe

I Kigali mu Rwanda harakoraniye inama mpuzamakungu Nyafurika yo gukingira no kwagura amashamba arimwo ibiti n'ibikoko bikingiwe.

Abahinga barenga 2000 bari muri iyo nama bemeza ko akarere ka Afrika yo hagati ariko karimwo ubutunzi bwinshi bw'ibinyabuzima n'amashamba bitaboneka henshi kw'isi kandi ko bikwiye gukingirwa.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika, Pierre Claver Niyonkuru, uri i Kigali mu Rwanda yakurikiye iby’iyo nama, abishikiriza ido n’ido mw’ijwi ryiwe muri ino nkuru:

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:27 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG