Leta y’Uburundi ivuga ko yongereye ingufu mu kurwanya imitwe y’abarwanyi bitwaje intwaro bihisha mu banyagihugu. Minisitiri ushinzwe ubutegetsi bw’igihugu n’umutekano avuga ko mu gihe cy’umwaka umwe bamaze gusenya imitwe irenga 35.
Ibyiciro
-
20-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
19-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
18-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
17-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
16-03-2026Amakuru ku Mugoroba
-
13-03-2026Amakuru ku Mugoroba