Umukobwa wa Paul Rusesabagina Carine Kanimba kuri uyu wa gatatu yabwiye Congress y'Amerika ko Leta y’u Rwanda yamwinjiriye muri telefone ikoresheje akamashu kitwa Pegasus igihe yabaga akorana inama n’abategetsi batandukanye, barimo aba Amerika abashishikariza gufunguza umubyeyi we Paul Rusesabagina.
Ibyiciro
-
20-03-2026Iwanyu mu ntara
-
19-03-2026Iwanyu mu ntara
-
18-03-2026Iwanyu mu ntara
-
17-03-2026Iwanyu mu ntara
-
16-03-2026Iwanyu mu ntara
-
13-03-2026Iwanyu mu ntara