Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Abanyagihugu bo mu gisagara ca Goma bahangayikishijwe n'intambara ya M23 na FRDC. U Rwanda ruvuga ko ibiciro ku masoko bizobandanya kwiyongera uyu mwaka. Ibiziga vy’abimukira 20 vyabonetse mu bugararwa bwa Libiya, inyuma y’indwi zibiri ata makuru y’abo bantu.
Ibyiciro
-
15-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
12-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
11-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
10-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
09-12-2025Amakuru ku Mugoroba
-
08-12-2025Amakuru ku Mugoroba