Murisanga (1400-1500 UTC): Ni kuki ubutinyanka bubandanya kuba ikintu c’intavugwa? Mwari muzi ko kuba ubutinyanka bugigwa ibitavugwa biri mu bituma abigeme n’abakenyezi bagira ibibazo bikomeye mu buzima. Ivyo harimwo ingwara zituma batavyara?