Ibihugu vyo muri Afrika birafise uruhara mu bikorwa vyo kubungabunga amahoro n’umutekano. Abahinga bakwirikiranira hafi ibijanye no gucungera umutekano bavuga ko ivyo bikorwa bifasha mu gukingira abasivile no mu kugabanya ingaruka z’intambara. twatumiye umuhinga yanonosoye ivyerekeye ivyo bikorwa