Mu Burundi integuro y’itegeko rishiraho igisata c’igisirikare gishasha kizoba kigizwe n’abakukuruke n’urwaruka ruzohabwa inyigisho za gisirikare yaremejwe n’inama nshingamateka ijana kw’ijana muri kuno kwezi.
Naho iyo nteguro y’itegeko yemejwe, abashingamateka b’Uburundi barerekanye amakenga, aho bamenyesha ko ico gisirikare gishobora guteza ibibazo mu gihugu.
Umumenyashamakuru w'ijwi ry'Amerika Desire hatungimana yakurikiranye ivy'ayo makenga ategura inkuru mushobora kumva ngaha mu ijwi ry'iwe
Facebook Forum