Uko wahagera

Kuki Reta y'Uburundi Yakuye Igisata c'Ikawa mu Minwe y'Abikorera Utwabo?


Umurimyi w'ikawa mu Burundi
Umurimyi w'ikawa mu Burundi

Umwimbu w’ikawa mu Burundi waragabanutse cane. Umushikiranganji w’Uburimyi n’Ubworozi yatangaje ko ari co gituma reta iheruka gukura mu minwe y’abikorera utwabo ico gisata.

Abarimyi b’ikawa bavuga ko badebukiwe no gukurikirana ico giterwa njabukamazi ca mbere cahoze kizanira amafranga menshi y’agaciro igihugu.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru yakurikiranye ingene vyifashe ategura inkuru ushobora kumva hano hepfo

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:09 0:00

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG