Ejo ku musi wa kabiri itariki 8 y'ukwezi kwa gatatu, amakungu yose yarahimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe umupfasoni hamwe n'intambwe zikomeye zibandanya zikorwa mu twigoro two gukora ibishobotse vyose kugira ngo haboneke ubungane hagati y'abagabo n'abapfasoni.
Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Frederic Nkundikije, yavuganye na Marie Louise Baricako, Umwigisha muri kaminuza, aramubwira intambwe aho intambwe zo gushigikira iryo hangiro zigeze mu Burundi.
Facebook Forum