Uko wahagera

Murisanga


Murisanga
please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:59:58 0:00

Mu mpera z’indwi turangije, shene ya television ya PAM CHANNEL TV yaratunganije amahiganwa yo ku ncuro ya mbere ya Gateau za mbere nziza kandi ziryoshe zikorerwa i Bujumbura. Mu kiganiro Murisanga c’uno musi umuyobozi w’ayo mahiganwa Madame Pam Irene Irakoze aratubwira uko ayo mahiganwa yagenze.

XS
SM
MD
LG