Repubulika ya demokarasi ya Congo n’Uburundi birashakira hamwe uko amahoro yagaruka mu ntara zihana imbibe ndetse n'abahatuye bagahahirana nta nkomyi. Abayobozi b’intara 6 z’Uburundi kuri uyu wa gatatu bahuye na guverineri w’Intara ya Kivu y’epfo, Theo Ngwabidje kuganira kuri iyo ngingo.
Ibyiciro
-
24-01-2025
Iwanyu mu ntara
-
23-01-2025
Iwanyu mu ntara
-
22-01-2025
Iwanyu mu ntara
-
21-01-2025
Iwanyu mu ntara
-
20-01-2025
Iwanyu mu ntara
-
17-01-2025
Iwanyu mu ntara