No media source currently available
Ikiganiro Bungabunga Ubuzima cy'iki cyumweru kiribanda kw'iterambere ry’ubuvuzi muri rusange. Bwa mbere, umugabo yatewemo umutima w’ingurube. Mu gihe cya COVID-19, abarwayi basigaye bavugana na muganga hakoreshejwe ikoranabuhanga.
Sangiza