Muri Centrafrika urukiko rwatangiye anketi nyuma y’ifatwa ry’abasirikare 4 b’Abafaransa. Bafatiwe ku kibuga mpuzamahanga cya Bangui kuwa mbere. Amafoto y’abo yagaragaye ku mbuga nkoranyambaga. Bivugwa ko bashatse kwica umukuru w’igihugu, Faustin Touadera. Leta ya Centrafrika ntacyo irabitangaza ho
Ibyiciro
-
31-03-2025Iwanyu mu ntara
-
28-03-2025Iwanyu mu ntara
-
27-03-2025Iwanyu mu ntara
-
26-03-2025Iwanyu mu ntara
-
25-03-2025Iwanyu mu ntara
-
24-03-2025Iwanyu mu ntara