Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo


Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Perezida Paul Kagame w'u Rwanda yemeza ko umutwe wa FDLR n'indi mitwe igenda iwiyungaho bikomeje kuba ikibazo ku mutekano w'igihugu cye, akavuga ko yiteguye kukihagurukira. Muri Repubuliya ya Demokarasi ya Kongo reta yemeza ko hari ibimenyetso vy’abafise intumbero yo guhungabanya umutekano w’igihugu.

XS
SM
MD
LG