Uko wahagera

Amakuru ku Mugoroba


Amakuru ku Mugoroba
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Abarwanyi 33 b’aba Mai Mai n’aba FNL na Red Tabara baguye mu ngwano barimo n’igisirikare ca Repubulika ya demokarasi ya Kongo gikorera Uvira. Ishirami ry’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryfitaho impunzi kw’isi, HCR ryasubije Reta ya Tanzaniya ikambi ya Mtendeli yugawe burundu mu kwezi kwa 12 umwaka uheze Reta ya Nijeri yagiriza urwego rwasigariyeho kurangiza imanza zasizwe n’amasentare mpuzamahanga gufata ivyemezo bidakwiye muri dosiye iraba abanyarwanda umunani bari bakiriwe n’ico gihugu ku masezerano cagiranye n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yo kubakira

XS
SM
MD
LG