Ikibuga c’umupira w’amaguru ca Olembe kiri ku murwa mukuru wa Kameruni, Yaounde, cabaye kirahagarikwa mu kwakira inkino za CAF. Abimukira indwi bapfuye igihe bari mu bwato bwari butwaye abagera kuri 280, igihe bagerageza kujabuka ibahari ya Mediterane bava muri Libiya bagana mu Butaliyano. Impunzi z’Abarundi 278 zo mw’ikambi ya Lusenda iri mu bu bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo zahungutse ziva muri iyo kambi zirekeza mu gihugu c’Uburundi.
Ibyiciro
-
02-06-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
01-06-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
31-05-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
30-05-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
29-05-2023
Amakuru ku Mugoroba
-
26-05-2023
Amakuru ku Mugoroba