Amakuru agezweho: Reta y’igihugu ca Nijeri ejo kuwa mbere yarafashe ingingo yo kwirukana ku butaka bwayo Abanyarwanda 8 ONU yarungitse kubayo bakuwe i Arusha muri Tanzaniya. Mu Burundi, umuryango wa Perezida watanguje igikorane c’imisi itanu Kw'isi hose baribuka uruhare Desmond Tutu yagize mu kurwanya politiki y'ivanguramoko mu gihugu cy'Afurika y'Epfo.
Ibyiciro
-
23-03-2026Amakuru mu Gitondo
-
22-03-2026Amakuru mu Gitondo
-
21-03-2026Amakuru mu Gitondo
-
20-03-2026Amakuru mu Gitondo
-
19-03-2026Amakuru mu Gitondo
-
18-03-2026Amakuru mu Gitondo