Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo


Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho: Mu Burundi haravugwa umugambi mushasha witwa “Mera nk’abandi” Prezida Evariste Ndayishimiye yemeza ko ari umugambi uje gufasha Abarundi bo mu bice bitandukanye na cane cane ba ntahonikora. Abarwanyi b’abajihadiste barenga 100 barishwe n’ibitero vy’indege z’igisirikare ca Nijeriya mu ndwi iheze.

XS
SM
MD
LG