Amakuru agezweho mu Burundi: Abarundi ntibavuga rumwe ku cegeranyo c'ubwicanyi bwo mu 1972, umurwi CVR washikirije inama nshingamateka. Mu makungu OMS, iragabisha ko ikiza ca COVID-19 kitazohera mu gihe hakiri ubusumbane mw’igabanganwa ry’incanco hagati y’ibihugu bikize n’ibihugu bikenye.
Ibyiciro
-
31-03-2025Amakuru mu Gitondo
-
30-03-2025Amakuru mu Gitondo
-
29-03-2025Amakuru mu Gitondo
-
28-03-2025Amakuru mu Gitondo
-
27-03-2025Amakuru mu Gitondo
-
26-03-2025Amakuru mu Gitondo