Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo


Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Amakuru agezweho:Sentare mu Bufaransa yaciriye igifungo c’imyaka 14 umufaransa w’umunyarwanda, Claude Muhayimana, ku ruhara yagize muri jenoside yabaye mu Rwanda. Mu Burundi, abaguye mu muriro wadutse mw'ibohero rya Gitega, bashobora kuba barafubwe mu mpisho, imiryango yabo itabimenyeshejwe. Reta y’u Rwanda yatangaje ko ata munyagihugu azosusbira gukurwa mu vyiwe, atabanje kwishurwa ingurane y’umutungo wiwe.

XS
SM
MD
LG