Mu Burundi abigisha b’abakutsakivi bagera ku 400 bo mu ntara ya Muyinga mu buraruko bw’igihugu bishuza reta ibirarane vyo kuva mu mwaka w’i 2016. Muri Republika ya Demokrasi ya Congo, abantu batanu bari mu modaka yari ijanye ibifungurwa vy’abavanywe mu vyabo n’intambara bishwe n’abantu bitwaje ibigwanisho.
Ibyiciro
-
18-01-2025
Amakuru mu Gitondo
-
17-01-2025
Amakuru mu Gitondo
-
16-01-2025
Amakuru mu Gitondo
-
15-01-2025
Amakuru mu Gitondo
-
14-01-2025
Amakuru mu Gitondo
-
13-01-2025
Amakuru mu Gitondo