Mu Burundi, abanyagihugu bo mu karere ka Nyempundu, zone Nyamakarabo, komine Mugina y’intara ntara ya Cibitoke, bateshejwe izabo n'imyuzura y'imvura basaba gufashwa. Mu Rwanda, havugwa ikibazo c’amatongo ashingurwamwo abitavye Imana. Amerika yongeye gusaba Uburusiya gusuka mabisi mu cuka kibi na Ukraine ONU iriko irondera miliyari 41 z’amadolari yo gufasha ibihugu vyugarijwe n’ ibibazo bitandukanye
Ibyiciro
-
19-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
18-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
17-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
14-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
13-03-2025
Amakuru ku Mugoroba
-
12-03-2025
Amakuru ku Mugoroba