Uko wahagera

Amakuru mu Gitondo


Amakuru mu Gitondo
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Leta y’Uburundi isaba abatozakori bagirizwa kunyuruza amamiliyoni arenga 50 mu mezi abiri aheze kuyasubiza canke bagapfungwa. Mu Rwanda abanyeshuri bagera ku 1000 bakoze ibizamini vya reta bisoza amashuri yisumbuye, baridogera amanuta make baronse Sentare nkuru ya gisirikare mu Rwanda yigijeyo iburanisha ry'urubanza rw'abari abarwanyi mu mirwi ya P5 na RUD-Urunana bagirizwa ivyaha vy'ubwicanyi no gushaka kugirira nabi ubutegetsi buriho.

XS
SM
MD
LG