Uko wahagera

Amakuru Agezweho Kw'Isi


Amakuru Agezweho Kw'Isi
please wait

No media source currently available

0:00 0:30:00 0:00

Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Uburundi bwibutse imyaka 28 iheze Prezida Melchior Ndadaye agandaguwe. Abantu 1o bakomoka mu miryango y'abatutsi yaburiye ababo mu bwicanyi bwakurikiye igandagurwa rya Nyakwigendera ni bo bonyene bemerewe kwibuka ababo. Muri DRC, abantu 16 baraye bishwe n'abakekwa kuba abarwanyi ba ADF Mu yagezweho irya n'ino kw'isi, Benin yemeje itegeko riha ububasha abavyifuza kuvanamwo inda.

XS
SM
MD
LG