Uko wahagera

Amakuru Agezweho ku Mugoroba wa 29/9/2021


Amakuru Agezweho ku Mugoroba wa 29/9/2021
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:59 0:00

Ingingo nkuru zigize amakuru yo kuri uyu wa gatatu: Mu Burundi, habandanya kuvugwa ibitero vy'abitwaje ibirwanisho. Mu Rwanda, Kiliziya Katorika isaba Papa Faransisiko ko umuryango wa Nyakwigendera Rugamba Cyprien woshirwa mu rwego rw’Abahire, ruganisha ku Bweranda. Muri Tuniziya, ku ncuro ya mbere, habonetse umugore wa mbere aja mu mabanga akomeye y'igihugu.

XS
SM
MD
LG