Uko wahagera

Prezida Suluhu Hassan wa Tanzaniya Aragenderera u Rwanda

Perezida wa Tanzaniya Samia Suluhu Hassan ashikiriza ijambo inama nshingamateka i Dodoma, muri Tanzaniya, kw'itariki ya 22/04/2021.
Perezida wa Tanzaniya Samia Suluhu Hassan ashikiriza ijambo inama nshingamateka i Dodoma, muri Tanzaniya, kw'itariki ya 22/04/2021.

Perezida wa Tanzaniya, Samia Suluhu Hassan, kuva kuri uyu wa mbere aratangura urugendo rw’imisi ibiri mu gihugu c'u Rwanda. Kuri porogaramu y’uru rugendo, Ijwi ry’Amerika ryaronkeye ikopi, Prezida Saluhu ategekanya kuri uyu musi wa mbere kugiranira umubonano na mugenzi we w’u Rwanda Paul Kagame.

Ategekanya kandi kugendera ahari icibutso c’abazize na Jenoside yakorerwe abatutsi.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG