Uko wahagera

Abahinga Barasaba Inama Rukokoma ku Butunzi bw'Uburundi


Iyi nzu yo mu Buterere yasenywe n'imyuzure muri 2017.
Iyi nzu yo mu Buterere yasenywe n'imyuzure muri 2017.

Ikigo c’ubutunzi PARCEM gisaba ko hokorana vyihuta inama rukokoma yiga ivy’ubutunzi mu Burundi. Ku bwa PARCEM, ishirahamwe ry’abahinga mu vy’ubutunzi, igihugu kirakeneye ubushakashatsi bwerekana ingene ubutunzi bwifashe hamwe n’ibisata igihugu coshimikirako mu kugwiza umwimbu maze ubutunzi bukisununura.

Umuhinga Faustin Ndikumana, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru i Bujumbura kuri uyu wa gatanu, yemeza ko hamwe reta idafashe nka nkama ico kibazo, ubutunzi bushobora gusubira inyuma gushika aho n’abakozi ba reta batagihembwa. Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Pierre Claver Niyonkuru araduha ibindi bisiguro.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:30 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG