Uko wahagera

Ikiganiro Murisanga ku ngwara ya Hepatite


Ikiganiro Murisanga ku ngwara ya Hepatite
please wait

No media source currently available

0:00 0:59:59 0:00

Ishami rya ONU ryitaho amagara y’abantu kw’isi, OMS, ritangaza ko ku mwaka ku mwaka abantu bagera ku muriyoni umwe n’ibihumbi ijana ari bo bahitanwa n’ingwara ya Hepatite B na C. Ibice 42% vy’abana baba kw’isi yose ni bo bonyene bari mu bihugu bishobora ku bakingira ubwoko bwa Hepatite B bakivuka. Iyo ngwara ifata gute? Umuntu ayikinga gute? Irakira? Ubwoko bwayo ni ubwo gusa tudondaguye? Incanco zo zayo zikingira ubwoko bowse bwoba buharai? Dr Janvier Serumondo, atwara ishami rijejwe ubuvuzi bwa Hepatite n’izindi ngwara zifatire mu bihimba vy’irondonka, mu kigo c’igihugu kijejwe amagara y’abantu mu Rwanda, RBC, arishura utwo tubazo mu kiganiro agirana n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Diane Nininahazwe

XS
SM
MD
LG