Uko wahagera

Murisanga ku Ngwara Zifatira mu Matwi


Murisanga ku Ngwara Zifatira mu Matwi
please wait

No media source currently available

0:00 0:59:59 0:00

Mu kiganiro n'Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe, Muganga Gratien Tuyishimire akorera ku bitaro vya Reta vyitwa Centre Hospitalier Universitaire de Kigali (CHUK), biri ku murwa mukuru w’u Rwanda, aragaruka ku cegeranyo ca OMS kivuga ko atagikozwe vuba bwango, mu 2050 abantu bazoba batumva n’abazoba bumva barinze kwifashisha ivyuma bitandukanye kw’isi yose azoba ari imiriyoni 700. Hambavu yabo, abazoba bafise indwara zibayabaye zifatira mu matwi bazoba bababa imiriyaridi zibiri n’ amamiriyoni amajana atanu. Ikizotera ivyo bibazo vyose ku bwa OMS, ni cane cane amaterefone abantu bakoresha n’ingene bayakoresha.

XS
SM
MD
LG