Uko wahagera

Intamba mu Rugamba n'Amavubi Yasezerewe muri CAN 2021


Ikipi Amavubi

Ikipi y'u Rwanda y'umupira w'amaguru, Amavubi, ntizoja mu nkino za Afurika z'umupira w'amaguru zizobera muri Kameruni mu kwezi kwa mbere umwaka 2022. Ibyo vyamenyekanye inyuma yo kunganya n'ikipi ya Kameruni ubusa ku bundi mu rukino rwa nyuma rwo mu matsinda y'ijonjora mw'irushanwa ry'igikombe cy'Afurika c'ibihugu.

N'igihugu c'Uburundi catsinzwe na Maroke igitsindo kimwe ku busa naco nyene ntikizoja muri izo nkino. Inkuru dushikirizwa n'umumenysahamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Rwanda, Désiré Hatungimana.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:22 0:00



Facebook Forum

XS
SM
MD
LG